2 Samweli 2:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nuko Abuneri n’abantu biwe bamara ijoro ryose baca mu karere ka Araba+, hanyuma bajabuka Yorodani. Maze badugana imanga yose*, amaherezo bashika i Mahanayimu+.
29 Nuko Abuneri n’abantu biwe bamara ijoro ryose baca mu karere ka Araba+, hanyuma bajabuka Yorodani. Maze badugana imanga yose*, amaherezo bashika i Mahanayimu+.