2 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uwa kabiri yari Kileyabu yavyawe na Abigayili+, umugore asigwa na Nabali w’i Karumeli. Uwa gatatu yari Abusalomu+ yavyawe na Mayaka. Mayaka yari umukobwa wa Talimayi+ umwami w’i Geshuri.
3 Uwa kabiri yari Kileyabu yavyawe na Abigayili+, umugore asigwa na Nabali w’i Karumeli. Uwa gatatu yari Abusalomu+ yavyawe na Mayaka. Mayaka yari umukobwa wa Talimayi+ umwami w’i Geshuri.