2 Samweli 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubwo nyene Abuneri atuma intumwa kuri Dawidi ati: «Mbega wibaza ko igihugu ari ica nde?» Yongerako ati: «Nugirane isezerano nanje. Nzoheza nkore ivyo nshoboye vyose* kugira Abisirayeli bose baje ku ruhande rwawe+.»
12 Ubwo nyene Abuneri atuma intumwa kuri Dawidi ati: «Mbega wibaza ko igihugu ari ica nde?» Yongerako ati: «Nugirane isezerano nanje. Nzoheza nkore ivyo nshoboye vyose* kugira Abisirayeli bose baje ku ruhande rwawe+.»