2 Samweli 5:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Dawidi aca ahanuza Yehova, na we amwishura ati: «Ntuzanane imbere yabo. Ahubwo zunguruka uce inyuma yabo, murwanire imbere y’ibisaka* vy’imibaka.
23 Dawidi aca ahanuza Yehova, na we amwishura ati: «Ntuzanane imbere yabo. Ahubwo zunguruka uce inyuma yabo, murwanire imbere y’ibisaka* vy’imibaka.