2 Samweli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umwami aca atumako Ziba umusuku wa Sawuli, amubwira ati: «Ibintu vyose vyahora ari ivya Sawuli n’umuryango wiwe wose, ndabihaye umwuzukuru wa shobuja+.
9 Umwami aca atumako Ziba umusuku wa Sawuli, amubwira ati: «Ibintu vyose vyahora ari ivya Sawuli n’umuryango wiwe wose, ndabihaye umwuzukuru wa shobuja+.