2 Samweli 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Dukomere kandi tugire umutima rugabo+, turwanire abantu bacu n’ibisagara vy’Imana yacu. Yehova na we araheza akore ico abona ko kibereye+.»
12 Dukomere kandi tugire umutima rugabo+, turwanire abantu bacu n’ibisagara vy’Imana yacu. Yehova na we araheza akore ico abona ko kibereye+.»