2 Samweli 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dawidi ni kwo guca atuma abaja kumuzana+. Ageze iwe Dawidi aca aryamana na we+. (Ico gihe uwo mugore yariko arihumanura*+.) Mu nyuma nya mugore asubira iwe.
4 Dawidi ni kwo guca atuma abaja kumuzana+. Ageze iwe Dawidi aca aryamana na we+. (Ico gihe uwo mugore yariko arihumanura*+.) Mu nyuma nya mugore asubira iwe.