2 Samweli 12:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 None ubu ko yapfuye, kubera iki nokwisonzesha? Ugira nomugarukana+? Jewe nzomusanga iyo ari+, mugabo we ntazogaruka aho ndi+.»
23 None ubu ko yapfuye, kubera iki nokwisonzesha? Ugira nomugarukana+? Jewe nzomusanga iyo ari+, mugabo we ntazogaruka aho ndi+.»