2 Samweli 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abusalomu umuhungu wa Dawidi yari afise mushikiwe yitwa Tamari+. Yari mwiza. Maze uwundi muhungu wa Dawidi yitwa Amunoni+ aramukunda.
13 Abusalomu umuhungu wa Dawidi yari afise mushikiwe yitwa Tamari+. Yari mwiza. Maze uwundi muhungu wa Dawidi yitwa Amunoni+ aramukunda.