2 Samweli 14:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo uwo mugore avuga ati: «Ndagusavye mwami, wibuke Yehova Imana yawe kugira ngo uwuhora amaraso y’uwishwe+ ntakore ibara ngo yice umuhungu wanje.» Umwami aca amwishura ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima+ yuko ata wuzomurya n’urwara*.»
11 Mugabo uwo mugore avuga ati: «Ndagusavye mwami, wibuke Yehova Imana yawe kugira ngo uwuhora amaraso y’uwishwe+ ntakore ibara ngo yice umuhungu wanje.» Umwami aca amwishura ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima+ yuko ata wuzomurya n’urwara*.»