2 Samweli 14:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hari aho umwami yonyumviriza maze twe n’umuhungu wenyene nsigaranye, akadukiza uwugomba kuduhonya ngo adukure mu ntoranwa Imana yaduhaye+.”
16 Hari aho umwami yonyumviriza maze twe n’umuhungu wenyene nsigaranye, akadukiza uwugomba kuduhonya ngo adukure mu ntoranwa Imana yaduhaye+.”