-
2 Samweli 14:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Abusalomu atumako Yowabu kugira ngo amutume ku mwami, mugabo ntiyaza. Amutumako n’irigira kabiri, na ho nyene yanka kuza.