2 Samweli 15:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Itayi aca yishura umwami ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima, nawe ubwawe ndakurahiye mwami: ari ugupfa ari ugukira, tuzojana aho uzoja hose+!»
21 Itayi aca yishura umwami ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima, nawe ubwawe ndakurahiye mwami: ari ugupfa ari ugukira, tuzojana aho uzoja hose+!»