2 Samweli 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yari kumwe kandi n’Ababenyamini 1.000. Wa musuku wo mu muryango wa Sawuli yitwa Ziba+ na we nyene yihutira kumanuka ku ruzi Yorodani ngo asanganire umwami. Yari kumwe n’abahungu biwe 15 n’abasuku biwe 20.
17 Yari kumwe kandi n’Ababenyamini 1.000. Wa musuku wo mu muryango wa Sawuli yitwa Ziba+ na we nyene yihutira kumanuka ku ruzi Yorodani ngo asanganire umwami. Yari kumwe n’abahungu biwe 15 n’abasuku biwe 20.