2 Samweli 19:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka 80. Yari atunze cane kandi igihe umwami yari i Mahanayimu+, Baruzilayi yaramuronkeje ibifungurwa. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:32 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2018, rup. 9
32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka 80. Yari atunze cane kandi igihe umwami yari i Mahanayimu+, Baruzilayi yaramuronkeje ibifungurwa.