2 Samweli 22:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.Ni yo nkinzo yanje+ n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.Ni yo mpungirako+, ni yo mukiza wanje+, ni yo inkiza inkozi z’ikibi.
3 Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.Ni yo nkinzo yanje+ n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.Ni yo mpungirako+, ni yo mukiza wanje+, ni yo inkiza inkozi z’ikibi.