2 Samweli 22:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Imipfunda y’urupfu yaguma yisuka irya n’ino yanje+.Isegenya ry’abantu b’imburakimazi ryaguma rintera ubwoba+.
5 Imipfunda y’urupfu yaguma yisuka irya n’ino yanje+.Isegenya ry’abantu b’imburakimazi ryaguma rintera ubwoba+.