2 Samweli 22:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umwotsi utangura gufumba mu mazuru yayo,mu kanwa kayo na ho hava umuriro utema ugatongora+,hirya no hino yayo amakara arurumba akarabagiza.
9 Umwotsi utangura gufumba mu mazuru yayo,mu kanwa kayo na ho hava umuriro utema ugatongora+,hirya no hino yayo amakara arurumba akarabagiza.