-
2 Samweli 22:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Nagumye ngendera mu nzira za Yehova,
sinakora ikibi co guheba Imana yanje.
-
22 Nagumye ngendera mu nzira za Yehova,
sinakora ikibi co guheba Imana yanje.