2 Samweli 22:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ni wewe unshoboza gutera akagwi k’abambuzi.Inkomezi z’Imana yanje ni zo zinshoboza kwurira uruzitiro+.
30 Ni wewe unshoboza gutera akagwi k’abambuzi.Inkomezi z’Imana yanje ni zo zinshoboza kwurira uruzitiro+.