2 Samweli 22:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Ni yo inkiza abansi banje. Mana yanje, ni wewe unduza+ ukantwara kure y’abandwanya,ukankiza umuntu akora ivy’ububisha+.
49 Ni yo inkiza abansi banje. Mana yanje, ni wewe unduza+ ukantwara kure y’abandwanya,ukankiza umuntu akora ivy’ububisha+.