2 Samweli 23:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Avuga ati: «Yehova, sinokwubahuka kunywa aya mazi! Kwoba ari nko kunywa amaraso+ y’aba bagabo bemeye gushira ubuzima bwabo mu kaga.» Yanka rero kuyanywa. Ivyo ni vyo abo barwanyi batatu b’intwari ba Dawidi bakoze. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:17 Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 91 “Urukundo rw’Imana,” rup. 76-77 Umunara w’Inderetsi,15/5/2005, rup. 19
17 Avuga ati: «Yehova, sinokwubahuka kunywa aya mazi! Kwoba ari nko kunywa amaraso+ y’aba bagabo bemeye gushira ubuzima bwabo mu kaga.» Yanka rero kuyanywa. Ivyo ni vyo abo barwanyi batatu b’intwari ba Dawidi bakoze.
23:17 Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 91 “Urukundo rw’Imana,” rup. 76-77 Umunara w’Inderetsi,15/5/2005, rup. 19