1 Abami 1:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Adoniya n’abatumire biwe bose barangije kurya+, baza bumva nya rwamo. Yowabu akimara kwumva inzamba, avuga ati: «Habaye iki ko numva urwamo rwinshi mu gisagara?»
41 Adoniya n’abatumire biwe bose barangije kurya+, baza bumva nya rwamo. Yowabu akimara kwumva inzamba, avuga ati: «Habaye iki ko numva urwamo rwinshi mu gisagara?»