1 Abami 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+.
8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+.