1 Abami 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 n’ibifungurwa vyo ku meza yiwe+, n’ukuntu abantu biwe bicara ku meza, n’ukuntu abasuku biwe batanga ibifungurwa n’ingene baba bambaye, n’abasuku biwe batanga ibinyobwa, n’ibimazi biturirwa yama ashikana ku nzu ya Yehova, aca arumirwa biramurenga*.
5 n’ibifungurwa vyo ku meza yiwe+, n’ukuntu abantu biwe bicara ku meza, n’ukuntu abasuku biwe batanga ibifungurwa n’ingene baba bambaye, n’abasuku biwe batanga ibinyobwa, n’ibimazi biturirwa yama ashikana ku nzu ya Yehova, aca arumirwa biramurenga*.