1 Abami 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abantu bawe n’abasuku bamana nawe barahiriwe kubera bumviriza ubukerebutsi bwawe+.