-
1 Abami 11:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Rezoni aguma arwanya Isirayeli mu kiringo cose Salomo yamaze aganza, akora amabi yiyongera ku yo Hadadi yakoze. Rezoni aguma yanka urunuka Isirayeli mu kiringo cose yamaze aganza Siriya.
-