1 Abami 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Aba bantu nibabandanya kuduga i Yeruzalemu gutanga ibimazi ku nzu ya Yehova+, umutima wabo uzohava usubira kuri shebuja Rehobowamu, umwami w’Ubuyuda. Ntibazogenda batanyishe bisubirire kwa Rehobowamu umwami w’Ubuyuda.»
27 Aba bantu nibabandanya kuduga i Yeruzalemu gutanga ibimazi ku nzu ya Yehova+, umutima wabo uzohava usubira kuri shebuja Rehobowamu, umwami w’Ubuyuda. Ntibazogenda batanyishe bisubirire kwa Rehobowamu umwami w’Ubuyuda.»