4 Umwami Yerobowamu akimara kwumva ivyo uwo muntu w’Imana y’ukuri asemereye abwira ico gicaniro cari i Beteli, akura ukuboko ku gicaniro amutunga urutoke, avuga ati: «Mufate+!» Ukwo kuboko yari amurabishijeko guca kuradadarara, biranka ko akugarukana+.