1 Abami 14:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umugore wa Yerobowamu aca akora ivyo amubwiye. Afata urugendo aja i Shilo+, ashika kwa Ahiya. Ahiya yari yarahumye atakibona kubera ubusaza.
4 Umugore wa Yerobowamu aca akora ivyo amubwiye. Afata urugendo aja i Shilo+, ashika kwa Ahiya. Ahiya yari yarahumye atakibona kubera ubusaza.