1 Abami 14:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko Yehova yari yabwiye Ahiya ati: «Umugore wa Yerobowamu araje kukubaza ibijanye n’umuhungu wiwe kuko arwaye. Ndaza kukubwira ivyo umwishura*. Aza kuza yiyoberanije.»
5 Ariko Yehova yari yabwiye Ahiya ati: «Umugore wa Yerobowamu araje kukubaza ibijanye n’umuhungu wiwe kuko arwaye. Ndaza kukubwira ivyo umwishura*. Aza kuza yiyoberanije.»