1 Abami 15:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mu mwaka ugira kabiri Asa umwami w’Ubuyuda aganza, Nadabu+ mwene Yerobowamu aba umwami wa Isirayeli. Yamaze imyaka ibiri aganza Isirayeli.
25 Mu mwaka ugira kabiri Asa umwami w’Ubuyuda aganza, Nadabu+ mwene Yerobowamu aba umwami wa Isirayeli. Yamaze imyaka ibiri aganza Isirayeli.