1 Abami 15:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Maze Bayasha mwene Ahiya wo mu muryango wa Isakari ategura umugambi wo kurwanya Nadabu, araheza amwicira mu gisagara ca Gibetoni+ caganzwa n’Abafilisitiya. Ico gihe Nadabu n’Abisirayeli bose bari bugarije ico gisagara.
27 Maze Bayasha mwene Ahiya wo mu muryango wa Isakari ategura umugambi wo kurwanya Nadabu, araheza amwicira mu gisagara ca Gibetoni+ caganzwa n’Abafilisitiya. Ico gihe Nadabu n’Abisirayeli bose bari bugarije ico gisagara.