1 Abami 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Nagukuye mu mukungugu ndakuduza, nkugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+. Mugabo wagumye ukurikira akarorero kabi ka Yerobowamu, utuma abantu banje b’Abisirayeli bacumura, ibicumuro vyabo birambabaza+.
2 «Nagukuye mu mukungugu ndakuduza, nkugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+. Mugabo wagumye ukurikira akarorero kabi ka Yerobowamu, utuma abantu banje b’Abisirayeli bacumura, ibicumuro vyabo birambabaza+.