-
1 Abami 16:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Mu mwaka ugira 26 Asa umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Ela mwene Bayasha yaba umwami wa Isirayeli i Tiruza. Yaganje imyaka ibiri.