1 Abami 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu mwaka ugira 27 Asa umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Zimuri yaba umwami i Tiruza, aganza imisi indwi. Ico gihe abasoda b’Abisirayeli bari hafi y’igisagara ca Gibetoni+ kugira bagitere. Ico gisagara caganzwa n’Abafilisitiya.
15 Mu mwaka ugira 27 Asa umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Zimuri yaba umwami i Tiruza, aganza imisi indwi. Ico gihe abasoda b’Abisirayeli bari hafi y’igisagara ca Gibetoni+ kugira bagitere. Ico gisagara caganzwa n’Abafilisitiya.