-
1 Abami 17:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Wa mubindi munini ntiwigeze uburamwo ifu, na ka gakarabo ntikigeze kaburamwo amavuta, nk’uko Yehova yari yabivuze biciye kuri Eliya.
-