1 Abami 18:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Eliya araheza abwira Ahabu ati: «Nuduge uje kurya no kunywa kuko numva urwamo rw’imvura y’isegenya+.» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:41 Niwigane, rup. 93, 94-95 Umunara w’Inderetsi,1/4/2008, rup. 17-18
41 Eliya araheza abwira Ahabu ati: «Nuduge uje kurya no kunywa kuko numva urwamo rw’imvura y’isegenya+.»