1 Abami 19:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Elisha aca asiga nya mpfizi, yiruka inyuma ya Eliya amubwira ati: «Nkundira mbanze nje gusezera* dawe na mawe, mpeze ndagukurikire.» Eliya aca amwishura ati: «Genda ubasezere. Ugira nakubujije?»
20 Elisha aca asiga nya mpfizi, yiruka inyuma ya Eliya amubwira ati: «Nkundira mbanze nje gusezera* dawe na mawe, mpeze ndagukurikire.» Eliya aca amwishura ati: «Genda ubasezere. Ugira nakubujije?»