-
1 Abami 20:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Umwami wa Isirayeli aca ahamagara abashingantahe bose bo mu gihugu, ababwira ati: «Ndabasavye mundabire ingene uyu mugabo ariko arondera kudukorera ikibi. Yari yansavye ngo ndamuhe abagore banje, abahungu banje, ifeza zanje n’inzahabu zanje, kandi sinamwankiye.»
-