1 Abami 20:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo umuhanuzi umwe araza, abwira Ahabu+ umwami wa Isirayeli ati: «Yehova avuze ati: “Urabona abo basoda ukuntu ari isinzi? Ngira ndagufashe kubatsinda. Uraheza umenye yuko ndi Yehova+.”»
13 Mugabo umuhanuzi umwe araza, abwira Ahabu+ umwami wa Isirayeli ati: «Yehova avuze ati: “Urabona abo basoda ukuntu ari isinzi? Ngira ndagufashe kubatsinda. Uraheza umenye yuko ndi Yehova+.”»