1 Abami 20:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mu nyuma wa muhanuzi+ araza abwira umwami wa Isirayeli ati: «Genda ukomeze igisoda, urabe n’ibindi wokora+, kuko mu ntango z’umwaka uza* umwami wa Siriya azogaruka kugutera+.»
22 Mu nyuma wa muhanuzi+ araza abwira umwami wa Isirayeli ati: «Genda ukomeze igisoda, urabe n’ibindi wokora+, kuko mu ntango z’umwaka uza* umwami wa Siriya azogaruka kugutera+.»