2 Abami 21:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko ntibagamburutse, kandi Manase yagumye abosha nabi, atuma bakora ibibi biruta ivyakorwa n’amahanga Yehova yazimanganije igihe Abisirayeli binjira mu gihugu+.
9 Ariko ntibagamburutse, kandi Manase yagumye abosha nabi, atuma bakora ibibi biruta ivyakorwa n’amahanga Yehova yazimanganije igihe Abisirayeli binjira mu gihugu+.