2 Abami 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Amoni+ yari afise imyaka 22 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Meshulemeti, akaba yari umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba.
19 Amoni+ yari afise imyaka 22 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Meshulemeti, akaba yari umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba.