2 Abami 21:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari muri uwo mugambi wo kwica umwami Amoni, maze bimika umuhungu wiwe Yosiya ngo aganze mu kibanza ciwe+.
24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari muri uwo mugambi wo kwica umwami Amoni, maze bimika umuhungu wiwe Yosiya ngo aganze mu kibanza ciwe+.