2 Abami 22:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze umunyamabanga Shafani aja kuraba umwami, amubwira ati: «Abasuku bawe begeranije* amahera yari mu nzu ya Yehova, baca bayaha abatowe ngo bahagarikire ibikorwa vyo kuri iyo nzu+.»
9 Maze umunyamabanga Shafani aja kuraba umwami, amubwira ati: «Abasuku bawe begeranije* amahera yari mu nzu ya Yehova, baca bayaha abatowe ngo bahagarikire ibikorwa vyo kuri iyo nzu+.»