2 Abami 23:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Vyongeye asiturira hasi utuzu tw’abamaraya b’abagabo* bo mu bibanza vyo gusengeramwo*+ twari mu nzu ya Yehova, aho abagore bajishira amahema yakoreshwa mu vyo gusenga ya nkingi nyeranda y’igiti.
7 Vyongeye asiturira hasi utuzu tw’abamaraya b’abagabo* bo mu bibanza vyo gusengeramwo*+ twari mu nzu ya Yehova, aho abagore bajishira amahema yakoreshwa mu vyo gusenga ya nkingi nyeranda y’igiti.