2 Abami 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Amenagura inkingi nyeranda z’amabuye, atemagura n’inkingi nyeranda z’ibiti+, aho vyahora ahuzuza amagufa y’abantu.
14 Amenagura inkingi nyeranda z’amabuye, atemagura n’inkingi nyeranda z’ibiti+, aho vyahora ahuzuza amagufa y’abantu.