2 Abami 23:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Umwami aca avuga ati: «Nimumureke yiruhukire. Ntihagire uwukoma amagufa yiwe.» Nuko bareka amagufa yiwe n’aya wa muhanuzi yari yavuye i Samariya+.
18 Umwami aca avuga ati: «Nimumureke yiruhukire. Ntihagire uwukoma amagufa yiwe.» Nuko bareka amagufa yiwe n’aya wa muhanuzi yari yavuye i Samariya+.