2 Abami 23:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mu bami bose babayeho imbere ya Yosiya, nta mwami yagarutse kuri Yehova n’umutima wiwe wose n’ubuzima bwiwe bwose+ n’inguvu ziwe zose nka Yosiya, akurikije amategeko ya Musa yose. N’inyuma yiwe nta wabonetse ameze nka we.
25 Mu bami bose babayeho imbere ya Yosiya, nta mwami yagarutse kuri Yehova n’umutima wiwe wose n’ubuzima bwiwe bwose+ n’inguvu ziwe zose nka Yosiya, akurikije amategeko ya Musa yose. N’inyuma yiwe nta wabonetse ameze nka we.